Messages : 7
à 26
Page : 1
Nombre de messages : 136
le 04/12/2014 à 12:11
NDABARAMUTSA CANE!!!! NOBONA GUTE AMA PHOTOS Y'ABAKINYI BOSE
le 14/12/2013 à 08:05
Mbanje kubasuhuza bakinnyi b'urunana hobeeeeeee! ndabakunda cyane.
Mubyukuri rero jye natangiye kubakurikirana nkiri umwana muto,mwaramfashije cyane kugirango mbe uwondiwe,mumpa inyigisho zikwiriye kuranga ingimbi.
Icyifuzo cyanjye ni uko Budensiyana yazabana na Philipo,abanye n'undi mwaba mutweretseko nta rukundundo rubaho,nka twe urubyiruko twacika intege.Mugeni komerezaho(a good voice),Budensiana(you are very serious),Bushombe(you made us to be happy),Nizeyimana(ikinyabupfura,ntugakubite iso),Shaka(good example for men),Nyiranez(well educated).Murakoze,umwaka mushya muhirew wa2014.bye!
le 25/11/2013 à 08:57
Ndasuhuje abakinyi b'urunana bose! Ndakunda urunana cane.
Nasaba Budesiyana ko yobwira Jemsi ko nawene amukunda kugira urukundo gwabo rutere imbere.
nkongera ngaba Gitefano ko yokwicarana na Nizeyimana bakaganira amakosa bakoreraniye hama bakagiriranira imbabazi.
le 23/10/2013 à 13:32
yesu abongere inkomezi. Turashima cane inyigisho zanyu kandi tubasavye kubandanya mutwigisha.
le 17/10/2013 à 08:36
barimubu barezi dukunda ndabaramukije mugire amahoro mukomeze kutwigisha kuba intanga rugero mu muryango nyarwanda nkiyo twumvise urwego Budensiyanana , Agnes , Bushombe, Shyaka na Mariana bagezeho muguhindura abantu mu mitekerereze bituma ndushaho kubakunda gusa nabwire agnes ko yitondere akazi kiki gihe ashobora kwemera byose uriya mugabo amusaba ariko ntikizamubuze kumwirurukana igihe haba habonetse undi , kandi ubuzima ntibuguranwa amafaranga murakoze
le 08/10/2013 à 22:24
NDABARAMUTSA NABASABA NTIMUZE MUDUKINIRE ALINE YARANDUYE KUKO NGARAMBE YORYOHEGWA.NGIRINAMA BUDESIYANA YAMERE GERANT KUKO AMUKUNDA KURUTA FIRIPO YAGIY ATAMUSEZEYE
le 25/09/2013 à 11:15
Amahoro ku bakinnyi b'urunana bose. ndakunda cane igikino c'urunana kuko kirigisha vyinshi mugabo nagomba kubasaba ntakuntu bogikina nka théatre hanyuma bakadandaza ama cd yaco vyofasha benshi muguterama canke abataronka umwanya wo kucumviriza arya masaha baba bari kukazi noneho bakiha umwanya wo kukiraba bitonze bafise umwanya. murakoze
le 08/09/2013 à 20:19
Felicitations pour votre anniversaire de 25 ans. Les échos qui nous parviennent suggèrent que ce fut grandiose. Bravo. Urunana, commencé petit et modeste, n'a pas cessé de manifester sa pertinence comme pont culturel pour les enfants rwandais de Suisse. Many happy returns of the Day
le 08/09/2013 à 14:18
Un immense merci pour cette soirée magnifique!
Une découverte magique grâce à mon amie Patty.
Continuez comme cela!
Bien à vous
Gabrielle
le 29/07/2013 à 04:59
Muraho bavandimwe.Nkunda urunana ,muge mutugezaho imikino mishya .komera Imana abnre namwe
le 14/07/2013 à 22:07
mwiriwe? mushobora kunyohereza ifoto yabakinyi banyu? mutubwire amakuru ya philipo
le 02/07/2013 à 14:17
If only there were more clever pelope like you!
le 28/06/2013 à 00:16
Un tout grand merci à toutes les mamans qui ont accompagné nos jeunes
au Victoria Hall.
Bravo aux filles pour votre inoubliable spectacle, vous avez été des vraies
ambassadrices de notre groupe. C'est super !!!!!!
Béa.Nt.
le 28/05/2013 à 00:39
mukomere kumuheto.ikiganiro canyu turagikunda cane
le 26/05/2013 à 17:50
Chère Présidente et chers membres,
L'association Urunana, en proposant de faire l'avant-spectacle du Concert Don du Choeur du 30 avril 2013 au Victoria Hall nous a fait le plus beau des cadeaux. Ancrer notre concert dans la grâce et l'élégance. Nous n'oublierons pas l'extrême charme de chacune des danseuses et serons vos meilleurs ambassadeurs. Avec toute notre admiration. Isabelle Chatel, Présidente du Don du Choeur
le 04/05/2013 à 05:29
You have remarkable info at this point.
le 11/04/2013 à 19:09
ndabaramukije, aline we shira ukuri ahabona ukize umutima wawe n'umuryango wawe, bangarambe nabo ahobari hose bamenye kw'ikibi atawe cereye
le 21/11/2012 à 12:45
mbega ngarambe azishura ivyo yakoze ryari nkumukunzi wurunana ngarambe nafatwe ahanwe
le 17/11/2012 à 12:12
Ndabaramukije cane.Nitwa NINGANZA Didace nkaba mba mu BURUNDI,nkunda cane ikiganiro canyu kuko kibamwo inyigisho nyinshi cane.Ndifuza cane ko IMANA yobongera ubushobozi mukabasha kudushirira ku ma sanamu turya dukino twanyu kuko ntababesha dufasha benshi.Ikimbabaza kikantuntuza umtima,n'ukwo abantu mur'ino myaka bunviriza ntibunve .Ndababazwa cane n'urwaruka rwacu rutabona iyo isi ija IMANA ibongere imigisha n'inkomezi mubashe kubandanya mwigisha
le 17/10/2012 à 04:11
I have been absent for some time, but now I remember why I get a cash loan used to love this site.
Thank you, I will try and check back more frequently. How frequently you update your site?
Messages : 7
à 26
Page : 1
Nombre de messages : 136