Messages : 47
à 66
Page : 3
Nombre de messages : 136
le 27/10/2011 à 09:16
Ndabaramukije cane
nashaka ndabamenyeshe ko ikiganiro c'ururunana ndagikunda cane kuko harimwo impanuro nyinshi. Ni mukomere IMANA Ibandanye ibaha inkomezi.
le 05/10/2011 à 21:54
Turabashimiye cane kibiganiro byanyu by.ikinamico
le 21/09/2011 à 12:49
j'ai le grand plaisir de vous écrire pour vous soutenir dans cette tache noble et en tant que marocain j'aimerais bien connaitre plus sur la culture africaine à ce stade je souhaitrais etre un membre actif dans votre association .
le 16/09/2011 à 11:59
Muraho,
Ikiganiro canyu kiratunyura rwose.
Nimukomerez'aho kandi Imana ikomeze kubahezagira.
le 26/08/2011 à 12:58
Ndabaramukije.
Nagira ndabasabe mumikino izokurikira ntihazobemwo ko Ngarambe yoba yaranduje sida Aline na nyina kuko ivyakinywe kuri Muhire n'umugore birakwiye.
Nifuza ko nanje mwonshiramwo muri uyo mukino, birashoboka? Musaba iki?
le 22/07/2011 à 13:50
turabasuhuza, Dukunda cyane ikinamico urunana kunyigisho iduha, uburyo bwo kwirinda sida, uburyo bwo kwirinda ubusambanyi cyane cyane ko ariho ingaruka za sida zituruka cyangwa kubyara mugihe kitateganijwe.....
ndababaza ese ntakuntu mwashyiraho kugurisha ku ma kassete cyangwa CD-DVD ziriho imikino mwagiye mutugezaho?
MURAKOZE.
le 21/06/2011 à 11:37
Muraho? mbanje kubifuriza amahoro ya Nyagasani. nifuzaga kumenya icyo kwifatanya namwe bisaba. murakoze .
le 08/06/2011 à 15:26
Ni amahoro ga bantu b'i Nyarurembo?ndabakunda cane kuburyo mpora mpeba ibintu vyose kugira ndabumvirize. None Yvonne nta gakuru kiwe na semana?
le 25/05/2011 à 17:08

bonjour nashaka kubasaba ingene noza ndakurikira urunana kuri internet guhera harya ngarambe yabaza devota kwafise umugore atwite ariwe aline bamubwira ngo azomuzane mbe rugezehe merci d'avance.
le 18/05/2011 à 08:30
Jewe kubera kubakunda bantu bo mu runana cane cane inyigisho muduha.nifuza kwandika mémoire de fin d'études irabana n'urunana
le 26/04/2011 à 17:25
ndabaramukije mwese équipe y'urunana.ntaco mvuze ariko ndabakunda vy'umwihariko! Dimanche, j'étais pas à la maison ndabura ingene numviriza série ya mardi le 19/04 na jeudi le 21/04. abanywanyi bambwiye ngo Bushombe yarabiciye biracika! SVP, mworundungikira? mukomeze kuturyohera, merci d,avance!
le 04/02/2011 à 15:14
Juste vous dire que vous faites bien via l'émission urunana
le 25/10/2010 à 22:40
Tout simplement MERCI de nous avoir tour-à-tour enchantés, transportés et dynamisés avec les danses et les tambours, samedi, à Sierre!
(Franco, du fond de la scène, derrière l'ampli!)

le 25/10/2010 à 00:16
Mukore ba vandimwe, ndashaka kumenya programme y'urunana kuri internet. Ndi umukunzi w'ikganiro urunana.
Umunsi mwiza.
le 24/10/2010 à 13:46
moi j'adore ce site

le 23/10/2010 à 09:43
Bonjour à tous ces anciens nostalgique de cette époque comment oublier ce merveilleux pays
USA à l’époque Bujumbura aujourd’hui J’y suis né et vécu de 50/70 Je vous invite à visiter mon site peut être vous allez retrouver des anciens perdus de vues ou vous-même ??? Amitié a tous Marc

le 19/10/2010 à 13:33
mwaramutse mugire amahoro ndi umunyeshuri mu ishuri rya Groupe Scolaire Officielle De Butare nkuda ibiganiro byanyu cyane muranshimisha cyane kandi nange nkunda gukina theatre commedi ni bindi kandi mba numva binshimishije cyane none nababazaga ukuntu umuntu yabona umwanya muri iyo groupe mukamufasha kuzamuka muri tallent murakoze mbaye mbashimiye ku gisubizo cyanyu cyiza
le 06/10/2010 à 10:38
Ndabaramukije amahoro atangwa n'Imana. Nama nababakwirikiranye mu bikino mudushikiriza kandi ndakuramwo impanuro nyinshi cane. Nashaka kubwira Semana ko iyo myitwarire arimwo atari myiza na gato. Ko vyamunaniye kwihangana nagomba ndamubwire agume yibuka agakingirizo guko nk'uko yavyivugiye we nyene yasanze Yvonne atariwe amuciyeko we nyene. Nomwibutsa ko yaciye aho Muhire yaciye kandi ko uwo nyene ari ku mpfiro mu bitaro kubera virusi itera sida. URAGABA!!!!
le 10/09/2010 à 22:58
J'aime la sobriété du site, son ambiance musicale, ses photos et et sa présentation en quelques mots qui disent l'essentiel. Que le succès vous accompagne! et que la culture rwandaise apporte à nos pays le supplément d'âme qu'ils peuvent en retirer. Merci pour ce partage.
le 02/09/2010 à 15:47
Mbe burya ntabwo mwoshiramwo abarundi mugukina kuko burya imico y'urwanda igomvye gusa n'iyabarundi.
Vyongeye naho Jew mbonye film za Kanyomvyi zigomba kugira isano n'urunana,
Ariko nivyiza muratanga impanuro ariko muze mugaba haramagambo ashoka agomba kwigisha ibitari byo
Messages : 47
à 66
Page : 3
Nombre de messages : 136