Messages : 27
à 46
Page : 2
Nombre de messages : 136
le 16/10/2012 à 17:50
aline vuga ukuri ni ko gukiza
le 30/09/2012 à 00:46
For top particular ad Include a voice communication Numerous dating internet sites now permit you to add a voice communication.
Your tone of voice and types of speech declare a lot about who you are and generally there perhaps a person around which will fall instantly in your case, if they hear your personal lovely hues. You could be enthusiastic about that online loans data.
le 18/09/2012 à 15:28
mwaramutse bakinyi burunana jewe nitwa niyonkuru ndumurundi numviriza urunana kuri inter net kuko ubu ndi kwiga muri chine mwondungikira amafoto yabakinyi burunana namazina bitwa iyo bakina ndetse nayo basanzwe bitwa bishobotse mwombwira akazi bakora iyo batari mumukino wurunana mugihe ivyo ndabasavye bitoboneka vyose mwondungikira bike bishobora kuboneka kwiyi i mail
le 01/09/2012 à 10:53
Merci pour les merveilleux spectacles auxquels j'ai pu assister! Bonne chance pour la suite, j'espère en voir plein d'autres encore. Avec tout mon soutien
le 31/08/2012 à 04:39
Super site ! Je reviendrais !
le 30/07/2012 à 15:55
nanje nkunda urunana cane gose nkaba nifuza abakinyi burunana batugendeye i burundi kuko baratwigisha cane
le 15/06/2012 à 10:58
SHAKAKUMENYA ABANTU BAKINA ICO GIKINO AMAZINA YABO NAHOBABA
le 29/05/2012 à 11:46
Abakinyi b'urunana murafasha cane akarere kacu mukwigisha munatwenza. Imana ibahe amahoro
le 23/05/2012 à 12:52
Ndabaramukije,ndabakunda cane nkaba nashaka ndabasabe muzondungikire photos zanyu ne numéro de téléphone za Aline na MUGENI

le 12/05/2012 à 11:09
Nongeye kubaramutsa ndabipfuriza kugira ibihe byiza. Ndumunywanyi w'urunana ndetse rurampimbara kuko harimwo inyigisho nyinshi. Kurivyo nasha kubasaba ko mwondungikira amafoto yabakinyi b'urunana n'amazina yabo yukuri, muzaba mugize neza.
le 10/04/2012 à 09:39
ndabaramukije nkunda urunana kuva umunsi wambere ndarwumvise sindahagarika kurwumviriza haraheze imyaka indwi kuwakabiri no kuwakane.mbaririra Aline ti shengeza Ngarambe ahanirwe ikibi yagukoreye yongere akuvuze uti erega fistule irakira.mbaririra abakinyi b'urunana bose ko ndabakunda bandungikire e-mail zabo ndashaka kubaramutsa bwira ngarambe muti urazi ko urwaye sida ihangane ureke kuguma wanduza abandi uriko uriyica kandi n'ayo mafranga wishimira nta narumwe bazogufubana .ubu butumwa bwanje muzobusome kwiradiyo ndashaka kuba umunywanyi akomeye w'urunana
le 22/03/2012 à 20:20
Bonjour, ami(e)s éditeurs et éditrices de Urunana. Meme ici en Italie je vous suis de près par internet. C'est super! Continuez cette culture à la paix dans la convivialité et la détente.
je suis sure que des générations à venir récolterons des fruits des actes bienfaisants que vous posez aujourd'hui.
Longue vie à vous!!!!
le 11/02/2012 à 12:23
Amahoro? nkunda gukurikirana ikiganiro m mwama mudushikiriza, Kiduha impanuro nyinshi, n'inyigisho nyinshi. Nashaka ndabasabe mundungikire amafoto yabakinyi burunana, Mbaye ndabashimira.
le 08/02/2012 à 14:17
Nabasaba ko mwokwandika Igikino c'urunana kuri internet kikamara icumwero, abatagikuikiranye ku radio bakagisoma. Kuko tugikunda cane.
le 08/02/2012 à 10:58
Ndabaramukije mwese abakinyi b'urunana. Mbabwiye ko ndabakunda. Imana Ibakomeze cane.
le 07/02/2012 à 08:58
Votre site est vraiment intéressant. Je reviendrais !
le 04/01/2012 à 21:36
Slt j'aimerai s'inscrire dans la groupe
le 27/12/2011 à 15:29
Deadly accruate answer. You've hit the bullseye!
le 21/11/2011 à 12:15
NDABARAMUKIJE. NDI MANIRAKIZA J.Baptiste NKABA MBA MU KAYANZA I BURUNDI. NASHAKA KUBAMENYESHA KO NDI UMUKUNZI W'IKIGANIRO URUNANA. MAZE IMYAKA 15 NDAGIKURIKIRANA. CARANGIRIYE AKAMARO KENSHI CANE. NKABA NARI NIPFUZA KUBASABA KO MWONDONSA CD IRIKO UDUKINO TWOSE TUMAZE KUBAHO MUZOBA MUKOZE
Messages : 27
à 46
Page : 2
Nombre de messages : 136