Messages : 1
à 20
Page : 1
Nombre de messages : 101
le 12/05/2012 à 11:09
Nongeye kubaramutsa ndabipfuriza kugira ibihe byiza. Ndumunywanyi w'urunana ndetse rurampimbara kuko harimwo inyigisho nyinshi. Kurivyo nasha kubasaba ko mwondungikira amafoto yabakinyi b'urunana n'amazina yabo yukuri, muzaba mugize neza.
le 10/04/2012 à 09:39
ndabaramukije nkunda urunana kuva umunsi wambere ndarwumvise sindahagarika kurwumviriza haraheze imyaka indwi kuwakabiri no kuwakane.mbaririra Aline ti shengeza Ngarambe ahanirwe ikibi yagukoreye yongere akuvuze uti erega fistule irakira.mbaririra abakinyi b'urunana bose ko ndabakunda bandungikire e-mail zabo ndashaka kubaramutsa bwira ngarambe muti urazi ko urwaye sida ihangane ureke kuguma wanduza abandi uriko uriyica kandi n'ayo mafranga wishimira nta narumwe bazogufubana .ubu butumwa bwanje muzobusome kwiradiyo ndashaka kuba umunywanyi akomeye w'urunana
le 22/03/2012 à 20:20
Bonjour, ami(e)s éditeurs et éditrices de Urunana. Meme ici en Italie je vous suis de près par internet. C'est super! Continuez cette culture à la paix dans la convivialité et la détente.
je suis sure que des générations à venir récolterons des fruits des actes bienfaisants que vous posez aujourd'hui.
Longue vie à vous!!!!
le 11/02/2012 à 12:23
Amahoro? nkunda gukurikirana ikiganiro m mwama mudushikiriza, Kiduha impanuro nyinshi, n'inyigisho nyinshi. Nashaka ndabasabe mundungikire amafoto yabakinyi burunana, Mbaye ndabashimira.
le 08/02/2012 à 14:17
Nabasaba ko mwokwandika Igikino c'urunana kuri internet kikamara icumwero, abatagikuikiranye ku radio bakagisoma. Kuko tugikunda cane.
le 08/02/2012 à 10:58
Ndabaramukije mwese abakinyi b'urunana. Mbabwiye ko ndabakunda. Imana Ibakomeze cane.
le 07/02/2012 à 08:58
Votre site est vraiment intéressant. Je reviendrais !
le 04/01/2012 à 21:36
Slt j'aimerai s'inscrire dans la groupe
le 27/12/2011 à 15:29
Deadly accruate answer. You've hit the bullseye!
le 21/11/2011 à 12:15
NDABARAMUKIJE. NDI MANIRAKIZA J.Baptiste NKABA MBA MU KAYANZA I BURUNDI. NASHAKA KUBAMENYESHA KO NDI UMUKUNZI W'IKIGANIRO URUNANA. MAZE IMYAKA 15 NDAGIKURIKIRANA. CARANGIRIYE AKAMARO KENSHI CANE. NKABA NARI NIPFUZA KUBASABA KO MWONDONSA CD IRIKO UDUKINO TWOSE TUMAZE KUBAHO MUZOBA MUKOZE
le 27/10/2011 à 09:16
Ndabaramukije cane
nashaka ndabamenyeshe ko ikiganiro c'ururunana ndagikunda cane kuko harimwo impanuro nyinshi. Ni mukomere IMANA Ibandanye ibaha inkomezi.
le 05/10/2011 à 21:54
Turabashimiye cane kibiganiro byanyu by.ikinamico
le 21/09/2011 à 12:49
j'ai le grand plaisir de vous écrire pour vous soutenir dans cette tache noble et en tant que marocain j'aimerais bien connaitre plus sur la culture africaine à ce stade je souhaitrais etre un membre actif dans votre association .
le 16/09/2011 à 11:59
Muraho,
Ikiganiro canyu kiratunyura rwose.
Nimukomerez'aho kandi Imana ikomeze kubahezagira.
le 26/08/2011 à 12:58
Ndabaramukije.
Nagira ndabasabe mumikino izokurikira ntihazobemwo ko Ngarambe yoba yaranduje sida Aline na nyina kuko ivyakinywe kuri Muhire n'umugore birakwiye.
Nifuza ko nanje mwonshiramwo muri uyo mukino, birashoboka? Musaba iki?
le 22/07/2011 à 13:50
turabasuhuza, Dukunda cyane ikinamico urunana kunyigisho iduha, uburyo bwo kwirinda sida, uburyo bwo kwirinda ubusambanyi cyane cyane ko ariho ingaruka za sida zituruka cyangwa kubyara mugihe kitateganijwe.....
ndababaza ese ntakuntu mwashyiraho kugurisha ku ma kassete cyangwa CD-DVD ziriho imikino mwagiye mutugezaho?
MURAKOZE.
le 21/06/2011 à 11:37
Muraho? mbanje kubifuriza amahoro ya Nyagasani. nifuzaga kumenya icyo kwifatanya namwe bisaba. murakoze .
le 08/06/2011 à 15:26
Ni amahoro ga bantu b'i Nyarurembo?ndabakunda cane kuburyo mpora mpeba ibintu vyose kugira ndabumvirize. None Yvonne nta gakuru kiwe na semana?
le 25/05/2011 à 17:08

bonjour nashaka kubasaba ingene noza ndakurikira urunana kuri internet guhera harya ngarambe yabaza devota kwafise umugore atwite ariwe aline bamubwira ngo azomuzane mbe rugezehe merci d'avance.
Messages : 1
à 20
Page : 1
Nombre de messages : 101